1 Abakorinto 10:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nta kigeragezo cabashikiye atari igisanzwe gishikira abantu+. Ariko Imana ni inyizigirwa+, ntizobareka ngo mugeragezwe ibirenze ivyo mushobora kwihanganira+, mugabo hamwe na nya kigeragezo, izobacira kandi icanzo+ kugira mushobore kucihanganira. 1 Abatesalonika 1:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 kuko tuguma twibuka igikorwa canyu kiva ku kwizera+, ukubira akuya kwanyu kuvuye ku rukundo, be n’ukwihangana kwanyu, kubera icizigiro+ mufise mu Mukama wacu Yezu Kristu imbere y’Imana yacu ikaba na Data.
13 Nta kigeragezo cabashikiye atari igisanzwe gishikira abantu+. Ariko Imana ni inyizigirwa+, ntizobareka ngo mugeragezwe ibirenze ivyo mushobora kwihanganira+, mugabo hamwe na nya kigeragezo, izobacira kandi icanzo+ kugira mushobore kucihanganira.
3 kuko tuguma twibuka igikorwa canyu kiva ku kwizera+, ukubira akuya kwanyu kuvuye ku rukundo, be n’ukwihangana kwanyu, kubera icizigiro+ mufise mu Mukama wacu Yezu Kristu imbere y’Imana yacu ikaba na Data.