ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abafilipi 3:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Abo bose muri twebwe rero bahumuye+, tugire uwo mutima+; kandi nimba mwiyumvira ukundi ku kintu kanaka, Imana izobahishurira uwo mutima uhejeje kuvugwa.

  • Abaheburayo 5:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Mugabo ibifungurwa bigumye ni ivy’abantu bahumuye, abo ububasha bwabo bwo gutegera+ bumenyerezwa gutandukanya iciza n’ikibi+, biciye ku gukoreshwa.

  • 1 Petero 2:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 kandi nka kurya kw’inzoya zikivuka+, nimurondere gucambirwa amata atavanze+ ya rya jambo, kugira ngo biciye kuri yo mukure mushikire ubukiriro+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika