2 Abakorinto 8:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 mu gihe baguma batwinginga bashimitse rwose bibiviriyeko ngo baterwe agateka ko gutanga n’umutima ukunze, vyongeye ngo bagire uruhara mu busuku bugenewe aberanda+. Abaheburayo 6:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kuko Imana atari iyitagororotse ngo yibagire igikorwa canyu n’urukundo mwerekanye ko mufitiye izina ryayo+, kuko mwakoreye aberanda+ kandi mukaba mubandanya kubakorera.
4 mu gihe baguma batwinginga bashimitse rwose bibiviriyeko ngo baterwe agateka ko gutanga n’umutima ukunze, vyongeye ngo bagire uruhara mu busuku bugenewe aberanda+.
10 Kuko Imana atari iyitagororotse ngo yibagire igikorwa canyu n’urukundo mwerekanye ko mufitiye izina ryayo+, kuko mwakoreye aberanda+ kandi mukaba mubandanya kubakorera.