Kuvayo 19:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ku musi ugira gatatu mu gitondo, hatangura kuba imituragaro n’imiravyo+, n’igicu kizitanye+ ku musozi, n’ijwi ryumvikana cane ry’inzamba+, ku buryo abantu bose bari mw’ikambi batangura kujugumira+. Kuvayo 24:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Ku maso ya bene Isirayeli, ukuntu ubuninahazwa bwa Yehova bwasa, wamengo ni umuriro urigata+, kw’isonga ry’umusozi.
16 Ku musi ugira gatatu mu gitondo, hatangura kuba imituragaro n’imiravyo+, n’igicu kizitanye+ ku musozi, n’ijwi ryumvikana cane ry’inzamba+, ku buryo abantu bose bari mw’ikambi batangura kujugumira+.
17 Ku maso ya bene Isirayeli, ukuntu ubuninahazwa bwa Yehova bwasa, wamengo ni umuriro urigata+, kw’isonga ry’umusozi.