Abaroma 8:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Ku bw’ivyo rero mbona yuko imibabaro+ yo muri iki kiringo ata co ivuze igereranijwe n’ubuninahazwa+ bugiye guhishurwa muri twebwe. 2 Timoteyo 2:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 nitwabandanya kwihangana, tuzoganzanya kandi na we+; nitwamwihakana+, na we azotwihakana;
18 Ku bw’ivyo rero mbona yuko imibabaro+ yo muri iki kiringo ata co ivuze igereranijwe n’ubuninahazwa+ bugiye guhishurwa muri twebwe.