Yesaya 53:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Mugabo Yehova ubwiwe yarahimbawe no kumujanjagura+; yamuteye kurwara+. Niwamugira nk’ishikanwa ry’ukwagirwa n’icaha+, azobona uruvyaro rwiwe+, azorehura imisi yiwe+, kandi mu kuboko kwiwe ibihimbara+ Yehova bizokunda+. Matayo 20:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Nk’uko Umwana w’umuntu yaje, atari kugira akorerwe, ariko kugira akorere abandi+, no kugira atange ubuzima bwiwe bwa ncungu* ya benshi+.” 1 Timoteyo 2:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 uwitanze ngo abe incungu* y’indinganire ku bwa bose+... ivyo ni vyo bikwiye gushingirwa intahe ku bihe vyavyo nyene.
10 Mugabo Yehova ubwiwe yarahimbawe no kumujanjagura+; yamuteye kurwara+. Niwamugira nk’ishikanwa ry’ukwagirwa n’icaha+, azobona uruvyaro rwiwe+, azorehura imisi yiwe+, kandi mu kuboko kwiwe ibihimbara+ Yehova bizokunda+.
28 Nk’uko Umwana w’umuntu yaje, atari kugira akorerwe, ariko kugira akorere abandi+, no kugira atange ubuzima bwiwe bwa ncungu* ya benshi+.”
6 uwitanze ngo abe incungu* y’indinganire ku bwa bose+... ivyo ni vyo bikwiye gushingirwa intahe ku bihe vyavyo nyene.