2 Abakorinto 11:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Ni abasuku ba Kristu?—nishura nk’umusazi—ndabarusha kuba umusuku+: ndabarusha kubira akuya+, ndabarusha kuja mu mabohero+, mu gukubitwa birenze, mu kugarukira ku cobo kenshi+.
23 Ni abasuku ba Kristu?—nishura nk’umusazi—ndabarusha kuba umusuku+: ndabarusha kubira akuya+, ndabarusha kuja mu mabohero+, mu gukubitwa birenze, mu kugarukira ku cobo kenshi+.