ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abaroma 8:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Ariko mwebwe ntimuhuza n’umubiri, ahubwo muhuza n’impwemu+, nimba impwemu y’Imana iba vy’ukuri muri mwebwe+. Mugabo nimba umuntu adafise impwemu ya Kristu+, uyo si uwiwe.

  • Abaroma 8:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Si ivyo gusa, ahubwo na twebwe ubwacu abafise umushuzo+ ari yo mpwemu, egome, twebwe ubwacu turaniha+ imbere muri twebwe, mu gihe turindiranye igishika ukugirwa abana+, ukubohorwa biciye ku ncungu tukava mu mibiri yacu.

  • 1 Abakorinto 12:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Kuko vy’ukuri biciye ku mpwemu imwe twese twabatijwe+ mu mubiri umwe, baba Abayuda canke Abagiriki, baba abashumba canke abidegemvya, kandi twese twanyweshejwe+ impwemu imwe.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika