Abaroma 1:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 biciye kuri we tukaba twararonse ubuntu ata wari abukwiriye+ be n’ibanga ry’ukuba intumwa+ kugira ngo mu mahanga yose+ habe ukugamburuka kuvuye ku kwizera ku bijanye n’izina ryiwe, Tito 1:1 Bibiliya y’isi nshasha 1 Jewe Paulo, umushumba+ w’Imana akaba n’intumwa+ ya Yezu Kristu hisunzwe ukwizera kw’abatowe+ b’Imana be n’ubumenyi butagira amakosa+ bwerekeye ukuri+ guhuye n’ukwihebera Imana+,
5 biciye kuri we tukaba twararonse ubuntu ata wari abukwiriye+ be n’ibanga ry’ukuba intumwa+ kugira ngo mu mahanga yose+ habe ukugamburuka kuvuye ku kwizera ku bijanye n’izina ryiwe,
1 Jewe Paulo, umushumba+ w’Imana akaba n’intumwa+ ya Yezu Kristu hisunzwe ukwizera kw’abatowe+ b’Imana be n’ubumenyi butagira amakosa+ bwerekeye ukuri+ guhuye n’ukwihebera Imana+,