Abaheburayo 3:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 mugabo Kristu bwa Mwana+, yabaye umwizigirwa ku nzu y’Uwo. Twebwe turi inzu y’Uwo+, nimba tugumya rwose umwidegemvyo wacu wo kuvuga be n’ukwirata kwacu ku bw’icizigiro cacu gushika kw’iherezo+.
6 mugabo Kristu bwa Mwana+, yabaye umwizigirwa ku nzu y’Uwo. Twebwe turi inzu y’Uwo+, nimba tugumya rwose umwidegemvyo wacu wo kuvuga be n’ukwirata kwacu ku bw’icizigiro cacu gushika kw’iherezo+.