Yohani 8:45 Bibiliya y’isi nshasha 45 Ariko kubera ko jewe mvuga ukuri, ntimunyemera+. Abanyefeso 4:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Mugabo mu kuvuga ukuri+, dukure mu bintu vyose twisunze urukundo+, dukurira muri umwe ari umutwe+, ni ukuvuga Kristu.
15 Mugabo mu kuvuga ukuri+, dukure mu bintu vyose twisunze urukundo+, dukurira muri umwe ari umutwe+, ni ukuvuga Kristu.