Abagalatiya 2:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Yamara rero, mbere na Tito+ uwari kumwe nanje, ntiyagoberewe kugenyerwa+, naho yari Umugiriki.