Abaroma 5:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Kuko nimba bivuye kw’ikosa ry’umuntu umwe+ urupfu rwaraganje+ biciye kuri uyo, abaronka ubuntu ata wari abukwiriye bugwiriye+ be n’ingabirano ya gusa+ y’ubugororotsi bazorushiriza kuganza+ mu buzima biciye kuri uyo muntu umwe, Yezu Kristu+. 1 Abakorinto 6:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Yamara ukwo ni ko bamwe muri mwebwe bari bameze+. Mugabo mwarogejwe+, mugabo mwarejejwe+, mugabo mwariswe abagororotsi+ mw’izina ry’Umukama wacu Yezu Kristu+ no ku mpwemu y’Imana yacu+. Abaheburayo 7:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Kuko Itegeko ata co ryatumye kiba ikitagira akanenge+, mugabo ukuzanwa kw’icizigiro kirushirije kuba ciza kwarabigize+, biciye kuri co tukaba turiko turegera Imana+.
17 Kuko nimba bivuye kw’ikosa ry’umuntu umwe+ urupfu rwaraganje+ biciye kuri uyo, abaronka ubuntu ata wari abukwiriye bugwiriye+ be n’ingabirano ya gusa+ y’ubugororotsi bazorushiriza kuganza+ mu buzima biciye kuri uyo muntu umwe, Yezu Kristu+.
11 Yamara ukwo ni ko bamwe muri mwebwe bari bameze+. Mugabo mwarogejwe+, mugabo mwarejejwe+, mugabo mwariswe abagororotsi+ mw’izina ry’Umukama wacu Yezu Kristu+ no ku mpwemu y’Imana yacu+.
19 Kuko Itegeko ata co ryatumye kiba ikitagira akanenge+, mugabo ukuzanwa kw’icizigiro kirushirije kuba ciza kwarabigize+, biciye kuri co tukaba turiko turegera Imana+.