Yohani 14:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Yezu amubwira ati: “Ni jewe nzira+ n’ukuri+ n’ubuzima+. Nta wuza kuri Data adaciye kuri jewe+. Abaroma 5:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 biciye kuri we kandi tukaba twararonse uburyo bwo gushika+ mu buntu ata wari abukwiriye biciye ku kwizera, nya buntu bukaba ari bwo duhagazemwo ubu; kandi twigine, twishimikije icizigiro+ c’ubuninahazwa bw’Imana. Abaheburayo 4:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Twegere+ rero intebe y’ubuntu ata wari abukwiriye dufise umwidegemvyo wo kuvuga+, kugira duhabwe imbabazi twongere turonke ubuntu ata wari abukwiriye kugira dutabarwe ku gihe nyaco+.
2 biciye kuri we kandi tukaba twararonse uburyo bwo gushika+ mu buntu ata wari abukwiriye biciye ku kwizera, nya buntu bukaba ari bwo duhagazemwo ubu; kandi twigine, twishimikije icizigiro+ c’ubuninahazwa bw’Imana.
16 Twegere+ rero intebe y’ubuntu ata wari abukwiriye dufise umwidegemvyo wo kuvuga+, kugira duhabwe imbabazi twongere turonke ubuntu ata wari abukwiriye kugira dutabarwe ku gihe nyaco+.