Abaroma 15:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 kugira ngo muhuje inama+ muninahaze n’akanwa kamwe Imana ikaba na Se w’Umukama wacu Yezu Kristu. 1 Abakorinto 1:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ndabahimiriza+ rero, bene wacu, mw’izina+ ry’Umukama wacu Yezu Kristu ngo mwese muvuge rumwe+, kandi ntihabe ukwicamwo ibice+ muri mwebwe, ahubwo mube abunze ubumwe neza mu muzirikanyi umwe no mu ciyumviro kimwe+. Abafilipi 1:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Kimwe gusa, mwigenze nk’uko bibereye+ inkuru nziza yerekeye Kristu, kugira ngo nje kubaraba canke ntahari, numve ivyanyu, yuko muhagaze mushikamye mu mpwemu imwe, murwanira hamwe*+ urugamba mufatanye mu nda ku bw’ukwizera kujanye n’inkuru nziza, Abakolosayi 3:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Vyongeye, amahoro+ ya Kristu naganze mu mitima yanyu+, kuko vy’ukuri mwahamagariwe ayo mahoro mu mubiri umwe+. Kandi mwerekane ko mushima.
10 Ndabahimiriza+ rero, bene wacu, mw’izina+ ry’Umukama wacu Yezu Kristu ngo mwese muvuge rumwe+, kandi ntihabe ukwicamwo ibice+ muri mwebwe, ahubwo mube abunze ubumwe neza mu muzirikanyi umwe no mu ciyumviro kimwe+.
27 Kimwe gusa, mwigenze nk’uko bibereye+ inkuru nziza yerekeye Kristu, kugira ngo nje kubaraba canke ntahari, numve ivyanyu, yuko muhagaze mushikamye mu mpwemu imwe, murwanira hamwe*+ urugamba mufatanye mu nda ku bw’ukwizera kujanye n’inkuru nziza,
15 Vyongeye, amahoro+ ya Kristu naganze mu mitima yanyu+, kuko vy’ukuri mwahamagariwe ayo mahoro mu mubiri umwe+. Kandi mwerekane ko mushima.