1 Abakorinto 1:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ndabahimiriza+ rero, bene wacu, mw’izina+ ry’Umukama wacu Yezu Kristu ngo mwese muvuge rumwe+, kandi ntihabe ukwicamwo ibice+ muri mwebwe, ahubwo mube abunze ubumwe neza mu muzirikanyi umwe no mu ciyumviro kimwe+. 2 Abakorinto 13:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ubwa nyuma, bene wacu, mubandanye kunezerwa, kwemera kubogorwa, guhozwa+, kwiyumvira muhuza+, kubaho mu mahoro+; kandi ya Mana y’urukundo n’amahoro+ izobana namwe. Abafilipi 2:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 nimunengesereze akanyamuneza kanje mu kuba mwiyumvira kumwe+, mufise urukundo rumwe, muhuza umutima, mukagira iciyumviro kimwe mu muzirikanyi+, 1 Petero 3:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ubwa nyuma, mwese muhuze umuzirikanyi+, mugire impuhwe, mwiyumvemwo abavukanyi, mugire impuhwe z’ikibabarwe+, mwicishe bugufi mu muzirikanyi+,
10 Ndabahimiriza+ rero, bene wacu, mw’izina+ ry’Umukama wacu Yezu Kristu ngo mwese muvuge rumwe+, kandi ntihabe ukwicamwo ibice+ muri mwebwe, ahubwo mube abunze ubumwe neza mu muzirikanyi umwe no mu ciyumviro kimwe+.
11 Ubwa nyuma, bene wacu, mubandanye kunezerwa, kwemera kubogorwa, guhozwa+, kwiyumvira muhuza+, kubaho mu mahoro+; kandi ya Mana y’urukundo n’amahoro+ izobana namwe.
2 nimunengesereze akanyamuneza kanje mu kuba mwiyumvira kumwe+, mufise urukundo rumwe, muhuza umutima, mukagira iciyumviro kimwe mu muzirikanyi+,
8 Ubwa nyuma, mwese muhuze umuzirikanyi+, mugire impuhwe, mwiyumvemwo abavukanyi, mugire impuhwe z’ikibabarwe+, mwicishe bugufi mu muzirikanyi+,