Abaroma 15:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ya Mana rero itanga ukwihangana n’uruhoza ibahe kugira hagati yanyu wa mutima+ nyene Kristu Yezu yari afise, 2 Abakorinto 13:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ubwa nyuma, bene wacu, mubandanye kunezerwa, kwemera kubogorwa, guhozwa+, kwiyumvira muhuza+, kubaho mu mahoro+; kandi ya Mana y’urukundo n’amahoro+ izobana namwe. 1 Petero 3:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ubwa nyuma, mwese muhuze umuzirikanyi+, mugire impuhwe, mwiyumvemwo abavukanyi, mugire impuhwe z’ikibabarwe+, mwicishe bugufi mu muzirikanyi+,
5 Ya Mana rero itanga ukwihangana n’uruhoza ibahe kugira hagati yanyu wa mutima+ nyene Kristu Yezu yari afise,
11 Ubwa nyuma, bene wacu, mubandanye kunezerwa, kwemera kubogorwa, guhozwa+, kwiyumvira muhuza+, kubaho mu mahoro+; kandi ya Mana y’urukundo n’amahoro+ izobana namwe.
8 Ubwa nyuma, mwese muhuze umuzirikanyi+, mugire impuhwe, mwiyumvemwo abavukanyi, mugire impuhwe z’ikibabarwe+, mwicishe bugufi mu muzirikanyi+,