Abafilipi 3:1 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ubwa nyuma, bene wacu, mubandanye kunezerwa mu Mukama+. Kubandikira vya bindi nyene jewe nta ngorane bintera, ahubwo ni uburinzi kuri mwebwe.
3 Ubwa nyuma, bene wacu, mubandanye kunezerwa mu Mukama+. Kubandikira vya bindi nyene jewe nta ngorane bintera, ahubwo ni uburinzi kuri mwebwe.