2 Abakorinto 13:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ubwa nyuma, bene wacu, mubandanye kunezerwa, kwemera kubogorwa, guhozwa+, kwiyumvira muhuza+, kubaho mu mahoro+; kandi ya Mana y’urukundo n’amahoro+ izobana namwe. Abafilipi 4:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Mwame munezerwa mu Mukama+. Ndongeye kubivuga: Nimunezerwe+! 1 Abatesalonika 5:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Mwame munezerwa+.
11 Ubwa nyuma, bene wacu, mubandanye kunezerwa, kwemera kubogorwa, guhozwa+, kwiyumvira muhuza+, kubaho mu mahoro+; kandi ya Mana y’urukundo n’amahoro+ izobana namwe.