2 Abakorinto 11:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 yamara igihe nari kumwe namwe ngakena, nta n’umwe nabereye umuzigo+, kuko bene wacu bavuye i Makedoniya+ bandonkeje cane ivyo nari mpajije. Emwe, naririnze kubabera umuzigo mu buryo bwose kandi nzobandanya gutyo+.
9 yamara igihe nari kumwe namwe ngakena, nta n’umwe nabereye umuzigo+, kuko bene wacu bavuye i Makedoniya+ bandonkeje cane ivyo nari mpajije. Emwe, naririnze kubabera umuzigo mu buryo bwose kandi nzobandanya gutyo+.