Abanyefeso 3:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ni co gituma ndabasaba kudateshwa ngo mute bitumwe n’aya makuba+ ndimwo ku bwanyu, kuko aya asobanura ubuninahazwa kuri mwebwe. Abaheburayo 10:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 hari igihe mwashirwa ku kabarore nko mu kibanza c’ibirori+ mu bitutsi n’amakuba, hari n’igihe mwifatanya n’abariko barashikirwa na mwene ivyo bintu+.
13 Ni co gituma ndabasaba kudateshwa ngo mute bitumwe n’aya makuba+ ndimwo ku bwanyu, kuko aya asobanura ubuninahazwa kuri mwebwe.
33 hari igihe mwashirwa ku kabarore nko mu kibanza c’ibirori+ mu bitutsi n’amakuba, hari n’igihe mwifatanya n’abariko barashikirwa na mwene ivyo bintu+.