ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abafilipi 3:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Nayo twebwe, ubwenegihugu+ bwacu buri mw’ijuru+, ari na ho turindiranye igishika+ ko hazova umukiza, Umukama Yezu Kristu+,

  • Abafilipi 4:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Ubwa nyuma, bene wacu, ivy’ukuri vyose, ibihambaye vyose, ibigororotse vyose, ibitanduye vyose+, ivyo gukundwa vyose, ibivugwa neza vyose, nimba hari ingeso nziza zose be n’ikibereye gushimagizwa cose, bibe ari vyo mubandanya kwiyumvira+.

  • 1 Petero 1:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Ku bw’ico, mutubike imizirikanyi yanyu ku bw’igikorwa+, muzigame ubwenge bwanyu rwose+; mushingire icizigiro canyu ku buntu ata wari abukwiriye+ muzozanirwa igihe c’ihishurwa+ rya Yezu Kristu.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika