1 Abatesalonika 1:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 no kugira ngo murindire+ Umwana wayo ava mw’ijuru+, uwo yazuye mu bapfuye+, ni we Yezu, umwe aturokora akadukiza uburake buriko buraza+. Abaheburayo 9:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 ni ko na Kristu yashikanywe rimwe+ rizima kugira ngo yiremeke ibicumuro vya benshi+; kandi aho azobonekera+ irigira kabiri+ hazoba atari ku bw’igicumuro+, abonekere abamurindiranye igishika ku bw’ubukiriro bwabo+.
10 no kugira ngo murindire+ Umwana wayo ava mw’ijuru+, uwo yazuye mu bapfuye+, ni we Yezu, umwe aturokora akadukiza uburake buriko buraza+.
28 ni ko na Kristu yashikanywe rimwe+ rizima kugira ngo yiremeke ibicumuro vya benshi+; kandi aho azobonekera+ irigira kabiri+ hazoba atari ku bw’igicumuro+, abonekere abamurindiranye igishika ku bw’ubukiriro bwabo+.