1 Abatesalonika 3:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nkako kandi, igihe twari kumwe namwe, twahora tubabwira imbere y’igihe+ yuko twabwirizwa gushikirwa n’amakuba+, nk’uko nyene vyabaye, nk’uko kandi mubizi+.
4 Nkako kandi, igihe twari kumwe namwe, twahora tubabwira imbere y’igihe+ yuko twabwirizwa gushikirwa n’amakuba+, nk’uko nyene vyabaye, nk’uko kandi mubizi+.