ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abatesalonika 1:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 kandi mwacitse abatwigana bakigana+ n’Umukama+, kuko mwemeye rya jambo mu makuba menshi+ muri n’akanyamuneza k’impwemu nyeranda+,

  • 1 Abatesalonika 2:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Kuko ga bene wacu mwacitse abigana amashengero y’Imana ari i Yudaya yunze ubumwe na Kristu Yezu, kubera ko na mwebwe mwatanguye gutezwa n’abo musangiye igihugu imibabaro+ nk’iyo na bo nyene bariko baratezwa n’Abayuda,

  • 1 Petero 2:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Nkako, iyo nzira ni yo mwahamagariwe, kuko na Kristu yababajwe ku bwanyu+, aba abasigiye akarorero kugira ngo mukurikire neza intambuko ziwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika