Abanyefeso 6:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 no ku bwanje, kugira ngo mpabwe ubushobozi bwo kuvuga+ iyo nteranuye akanwa, mfise umwidegemvyo wo kuvuga+ ngo menyekanishe ibanga ryeranda ry’inkuru nziza+, Abaheburayo 3:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 mugabo Kristu bwa Mwana+, yabaye umwizigirwa ku nzu y’Uwo. Twebwe turi inzu y’Uwo+, nimba tugumya rwose umwidegemvyo wacu wo kuvuga be n’ukwirata kwacu ku bw’icizigiro cacu gushika kw’iherezo+.
19 no ku bwanje, kugira ngo mpabwe ubushobozi bwo kuvuga+ iyo nteranuye akanwa, mfise umwidegemvyo wo kuvuga+ ngo menyekanishe ibanga ryeranda ry’inkuru nziza+,
6 mugabo Kristu bwa Mwana+, yabaye umwizigirwa ku nzu y’Uwo. Twebwe turi inzu y’Uwo+, nimba tugumya rwose umwidegemvyo wacu wo kuvuga be n’ukwirata kwacu ku bw’icizigiro cacu gushika kw’iherezo+.