ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 18:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Mugabo wewe ukwiye kurobanura mu bantu bose abagabo babishoboye+, batinya Imana+, abagabo b’abizigirwa+, banka inyungu y’akarenganyo+. Abo uheze ubagire abakuru babo, babe abakuru b’ibihumbi+, abakuru b’amajana, abakuru ba mirongo itanitanu, n’abakuru b’amacumi+.

  • Gusubira mu vyagezwe 1:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Nimurondere abagabo b’inkerebutsi, b’ubwenge+ kandi bazi utuntu n’utundi+ bo mu miryango yanyu, kugira ndabagire abakuru banyu+.’

  • Yeremiya 3:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Nzobaha abungere bameze nk’uko umutima wanje ugomba+, na bo ata gukeka bazobaragirana ubumenyi n’ugutahura kwimbitse+.

  • Ivyakozwe 20:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 Mwirinde+ ubwanyu+, murinde n’ubusho bwose+, ubwo impwemu nyeranda yabagenyemwo kuba abacungezi+, ngo muragire ishengero ry’Imana+, iryo yaguze amaraso+ y’Umwana wayo bwite.

  • Tito 1:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Iki ni co catumye ngusiga i Kirete+: ni ukugira ngo ukosore ibintu vyari n’agahaze wongere ugene+ abagabo b’inararibonye mu gisagara no mu kindi, nk’uko nabigutegetse+;

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika