1 Abakorinto 8:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Yamara rero, ubwo bumenyi ntiburi muri bose+; mugabo bamwe, kubera ko gushika ubu bamenyereye ikigirwamana, barya ibifungurwa nk’ikintu cashikaniwe ikigirwamana+, kandi ijwi ryabo ryo mu mutima rirahumana+ kubera yuko rigoyagoya. 1 Timoteyo 1:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Mu vy’ukuri intumbero y’iryo bwirizwa ni urukundo+ ruva ku mutima udahumanye+ no kw’ijwi ryo mu mutima ryiza+ be no ku kwizera kutagira ubwiyorobetsi+.
7 Yamara rero, ubwo bumenyi ntiburi muri bose+; mugabo bamwe, kubera ko gushika ubu bamenyereye ikigirwamana, barya ibifungurwa nk’ikintu cashikaniwe ikigirwamana+, kandi ijwi ryabo ryo mu mutima rirahumana+ kubera yuko rigoyagoya.
5 Mu vy’ukuri intumbero y’iryo bwirizwa ni urukundo+ ruva ku mutima udahumanye+ no kw’ijwi ryo mu mutima ryiza+ be no ku kwizera kutagira ubwiyorobetsi+.