Ivyakozwe 16:1 Bibiliya y’isi nshasha 16 Nuko ashika i Derube n’i Lusitira+. Maze ng’aho hari umwigishwa umwe yitwa Timoteyo+, umwana w’umugore w’Umuyudakazi yemera, mugabo se wiwe akaba yari Umugiriki, Abaheburayo 13:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Mumenye yuko mwene wacu Timoteyo+ yarekuwe, kandi niyaza vuba cane nzoza kubaraba ndi kumwe na we.
16 Nuko ashika i Derube n’i Lusitira+. Maze ng’aho hari umwigishwa umwe yitwa Timoteyo+, umwana w’umugore w’Umuyudakazi yemera, mugabo se wiwe akaba yari Umugiriki,
23 Mumenye yuko mwene wacu Timoteyo+ yarekuwe, kandi niyaza vuba cane nzoza kubaraba ndi kumwe na we.