ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 15:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 ntabwirizwa gutera iteka se na gatoyi+.’ Gutyo rero mwatituye ijambo ry’Imana kubera imigenzo yanyu+.

  • Ivyakozwe 11:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Buno intumwa na bene wacu bari i Yudaya bumva yuko abanyamahanga+ na bo nyene bari bakiriye ijambo ry’Imana.

  • 1 Abatesalonika 2:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Egome, ni co gituma na twebwe dukengurukira Imana ubudahengeshanya+, kubera ko igihe mwakira ijambo ry’Imana+, iryo mwumvise kuri twebwe, mwaryemeye, atari nk’ijambo ry’abantu+, ahubwo nk’uko riri koko, nk’ijambo ry’Imana, ari ryo kandi ririko rirakorera muri mwebwe abemera+.

  • 1 Abatesalonika 4:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Kuko ibi ari vyo tubabwira biciye kw’ijambo rya Yehova+, yuko twebwe abazima bazoba bakiriho gushika mu gihe c’ukuhaba kw’Umukama+ tutazotanga mu buryo na bumwe abasinziriye mu rupfu;

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika