Yeremiya 23:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 “Mbega ijambo ryanje ntirimeze nk’umuriro+,” ni ko Yehova avuze, “rikamera kandi nk’inyundo y’ugucura imenagura urutare+?” Zakariya 4:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nuko anyishura ati: “Iri ni ryo jambo Yehova abwiye Zerubabeli ati: ‘“Si ku bw’inteko za gisirikare+, canke ku bw’ububasha+, mugabo ni ku bw’impwemu yanje+,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze. Yohani 2:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Abigishwa biwe baca bibuka yuko vyanditswe ngo: “Umwete w’inzu yawe uzondya+.” 1 Petero 1:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Kuko mwahawe ivuka rishasha+, bidaciye ku rubuto rurondoka+ rubora+, mugabo biciye ku rutabora+, biciye kw’ijambo+ rya ya Mana nzima kandi yamaho+.
29 “Mbega ijambo ryanje ntirimeze nk’umuriro+,” ni ko Yehova avuze, “rikamera kandi nk’inyundo y’ugucura imenagura urutare+?”
6 Nuko anyishura ati: “Iri ni ryo jambo Yehova abwiye Zerubabeli ati: ‘“Si ku bw’inteko za gisirikare+, canke ku bw’ububasha+, mugabo ni ku bw’impwemu yanje+,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze.
23 Kuko mwahawe ivuka rishasha+, bidaciye ku rubuto rurondoka+ rubora+, mugabo biciye ku rutabora+, biciye kw’ijambo+ rya ya Mana nzima kandi yamaho+.