Imigani 21:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Inzira yose y’umuntu iragororotse mu maso yiwe+, mugabo Yehova aragera imitima+. Imigani 24:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Hamwe wovuga uti: “Erega ntitwari tubizi+,” mbega umwe agera imitima ubwiwe ntazobibona+? Kandi, mbega umwe akwihweza ntazobimenya+ akishura koko umuntu yakuwe mw’ivu nk’uko igikorwa ciwe kiri+? Yohani 12:48 Bibiliya y’isi nshasha 48 Uwunkengera ntiyakire amajambo yanje ari n’uwumucira urubanza. Ijambo+ navuze ni ryo rizomucira urubanza ku musi wa nyuma; 1 Abakorinto 4:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ku bw’ivyo, ntihagire ico mucira urubanza+ igihe kitaragera, gushika Umukama aje+, umwe azozana ku muco ibintu vy’ibanga vy’umwiza+ akongera agashira ahabona inama zo mu mitima+, ni ho umwe wese azoronka ugushimagizwa kwiwe kuva ku Mana+.
12 Hamwe wovuga uti: “Erega ntitwari tubizi+,” mbega umwe agera imitima ubwiwe ntazobibona+? Kandi, mbega umwe akwihweza ntazobimenya+ akishura koko umuntu yakuwe mw’ivu nk’uko igikorwa ciwe kiri+?
48 Uwunkengera ntiyakire amajambo yanje ari n’uwumucira urubanza. Ijambo+ navuze ni ryo rizomucira urubanza ku musi wa nyuma;
5 Ku bw’ivyo, ntihagire ico mucira urubanza+ igihe kitaragera, gushika Umukama aje+, umwe azozana ku muco ibintu vy’ibanga vy’umwiza+ akongera agashira ahabona inama zo mu mitima+, ni ho umwe wese azoronka ugushimagizwa kwiwe kuva ku Mana+.