1 Abakorinto 3:1 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nuko rero, bene wacu, sinashoboye kubabwira nk’uwubwira abantu b’impwemu+, mugabo nk’uwubwira abantu b’umubiri, nk’uwubwira inzoya+ muri Kristu. Abaheburayo 5:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Kukaba nkako, naho mwabwirizwa kuba muri abigisha+ turavye igihe kihaciye, mwongeye gukenera uwubigisha guhera ku ntango ibintu vy’intango+ vy’amajambo meranda y’Imana+; kandi mwacitse abakeneye amata, si ibifungurwa bigumye+.
3 Nuko rero, bene wacu, sinashoboye kubabwira nk’uwubwira abantu b’impwemu+, mugabo nk’uwubwira abantu b’umubiri, nk’uwubwira inzoya+ muri Kristu.
12 Kukaba nkako, naho mwabwirizwa kuba muri abigisha+ turavye igihe kihaciye, mwongeye gukenera uwubigisha guhera ku ntango ibintu vy’intango+ vy’amajambo meranda y’Imana+; kandi mwacitse abakeneye amata, si ibifungurwa bigumye+.