1 Abakorinto 13:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Igihe nari uruyoya, navuga nk’uruyoya, nkiyumvira nk’uruyoya, nkazirikana nk’uruyoya; mugabo ubu ko nabaye umugabo+, narakuyeho uturanga tw’uruyoya. 1 Abakorinto 14:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Bene wacu, ntimube abana batoyi mu bubasha bwo gutegera+, mugabo mube inzoya ku bijanye n’ububi+; yamara mube abakuze mu bubasha bwo gutegera+. Abanyefeso 4:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 kugeza twese dushikiriye ubumwe mu kwizera no mu bumenyi butagira amakosa bw’Umwana w’Imana, tugashikira urugero rw’umugabo akuze+, urugero rw’igihagararo rw’ukunengesera kwa Kristu+; Abafilipi 3:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Uko biri kwose, ku rugero tugezeko mu gutera imbere, tubandanye kugendera ku rutonde+ muri iyo nzira nyene. Abaheburayo 5:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Mugabo ibifungurwa bigumye ni ivy’abantu bahumuye, abo ububasha bwabo bwo gutegera+ bumenyerezwa gutandukanya iciza n’ikibi+, biciye ku gukoreshwa.
11 Igihe nari uruyoya, navuga nk’uruyoya, nkiyumvira nk’uruyoya, nkazirikana nk’uruyoya; mugabo ubu ko nabaye umugabo+, narakuyeho uturanga tw’uruyoya.
20 Bene wacu, ntimube abana batoyi mu bubasha bwo gutegera+, mugabo mube inzoya ku bijanye n’ububi+; yamara mube abakuze mu bubasha bwo gutegera+.
13 kugeza twese dushikiriye ubumwe mu kwizera no mu bumenyi butagira amakosa bw’Umwana w’Imana, tugashikira urugero rw’umugabo akuze+, urugero rw’igihagararo rw’ukunengesera kwa Kristu+;
16 Uko biri kwose, ku rugero tugezeko mu gutera imbere, tubandanye kugendera ku rutonde+ muri iyo nzira nyene.
14 Mugabo ibifungurwa bigumye ni ivy’abantu bahumuye, abo ububasha bwabo bwo gutegera+ bumenyerezwa gutandukanya iciza n’ikibi+, biciye ku gukoreshwa.