1 Abakorinto 3:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nk’uko ubuntu ata wari abukwiriye+ bw’Imana nahawe buri, bwa muyobozi w’ibikorwa w’inkerebutsi narashinze umushinge+, mugabo uwundi muntu ariko arawubakako. Ariko umwe wese nagume araba neza ingene awubakako+.
10 Nk’uko ubuntu ata wari abukwiriye+ bw’Imana nahawe buri, bwa muyobozi w’ibikorwa w’inkerebutsi narashinze umushinge+, mugabo uwundi muntu ariko arawubakako. Ariko umwe wese nagume araba neza ingene awubakako+.