Abaroma 15:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Muri ubwo buryo koko, nihaye intumbero yo kutamenyesha inkuru nziza aho Kristu yari amaze kuvugwa, kugira ngo sinsange ndiko nubakira ku mushinge w’uwundi muntu+; Abaheburayo 6:1 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ku bw’ico, ubu ko twarenganye inyigisho y’intango+ yerekeye Kristu+, dutere tuja imbere tugana ku buhumure+, tutongera gushinga umushinge+, ni ukuvuga ukwigaya ibikorwa bipfuye+, be n’ukwizera Imana+,
20 Muri ubwo buryo koko, nihaye intumbero yo kutamenyesha inkuru nziza aho Kristu yari amaze kuvugwa, kugira ngo sinsange ndiko nubakira ku mushinge w’uwundi muntu+;
6 Ku bw’ico, ubu ko twarenganye inyigisho y’intango+ yerekeye Kristu+, dutere tuja imbere tugana ku buhumure+, tutongera gushinga umushinge+, ni ukuvuga ukwigaya ibikorwa bipfuye+, be n’ukwizera Imana+,