Abakolosayi 1:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 abo Imana yahimbawe no kumenyesha ubutunzi bw’ubuninahazwa+ bw’iryo banga ryeranda+ mu mahanga. Iryo banga ni Kristu+ yunze ubumwe namwe, icizigiro c’ubuninahazwa bwiwe+. 1 Timoteyo 3:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Egome, ibanga ryeranda+ ry’ukwo kwihebera Imana nta wobura kwemera ko rikomeye: ‘Yerekanywe mu mubiri+, yitwa umugororotsi mu mpwemu+, abonekera abamarayika+, yamamazwa mu mahanga+, yemerwa mw’isi+, yakirwa mw’ijuru mu buninahazwa+.’
27 abo Imana yahimbawe no kumenyesha ubutunzi bw’ubuninahazwa+ bw’iryo banga ryeranda+ mu mahanga. Iryo banga ni Kristu+ yunze ubumwe namwe, icizigiro c’ubuninahazwa bwiwe+.
16 Egome, ibanga ryeranda+ ry’ukwo kwihebera Imana nta wobura kwemera ko rikomeye: ‘Yerekanywe mu mubiri+, yitwa umugororotsi mu mpwemu+, abonekera abamarayika+, yamamazwa mu mahanga+, yemerwa mw’isi+, yakirwa mw’ijuru mu buninahazwa+.’