Ivyakozwe 6:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 babashira imbere y’intumwa, na zo zimaze gusenga, zibarambikako ibiganza+. 1 Timoteyo 5:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Ntukarambike ibiganza+ gihutihuti ku muntu n’umwe+; eka kandi ntugafatanye n’abandi mu bicumuro vyabo+; ugume utanduye+.
22 Ntukarambike ibiganza+ gihutihuti ku muntu n’umwe+; eka kandi ntugafatanye n’abandi mu bicumuro vyabo+; ugume utanduye+.