Mariko 1:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Yohani amaze gufatwa, Yezu aja i Galilaya+, yamamaza inkuru nziza y’Imana+, Yohani 18:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Yezu amwishura ati: “Nabwira isi ku mugaragaro. Nama nigisha mw’isinagogi no mu rusengero+, aho Abayuda bose bakoranira; kandi nta kintu na kimwe navugiye mu mpisho.
20 Yezu amwishura ati: “Nabwira isi ku mugaragaro. Nama nigisha mw’isinagogi no mu rusengero+, aho Abayuda bose bakoranira; kandi nta kintu na kimwe navugiye mu mpisho.