Yesaya 11:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ku musozi mweranda wanje wose+, nta kizokora inabi+ canke ngo kigire ico cononye; kuko isi izokwuzura koko ubumenyi bwa Yehova nk’uko amazi apfutse ikiyaga+. Ivyakozwe 17:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Kuko yashinze umusi aho izocira urubanza+ isi mu bugororotsi ikoresheje umuntu yashizeho, kandi yarahaye abantu bose ikimenyamenya mu kuba yaramuzuye+ mu bapfuye.” 2 Petero 3:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Mugabo, nk’uko yabisezeranye, turorereye amajuru mashasha+ n’isi nshasha+, kandi aho ni ho ubugororotsi buzoba+.
9 Ku musozi mweranda wanje wose+, nta kizokora inabi+ canke ngo kigire ico cononye; kuko isi izokwuzura koko ubumenyi bwa Yehova nk’uko amazi apfutse ikiyaga+.
31 Kuko yashinze umusi aho izocira urubanza+ isi mu bugororotsi ikoresheje umuntu yashizeho, kandi yarahaye abantu bose ikimenyamenya mu kuba yaramuzuye+ mu bapfuye.”
13 Mugabo, nk’uko yabisezeranye, turorereye amajuru mashasha+ n’isi nshasha+, kandi aho ni ho ubugororotsi buzoba+.