1 Abatesalonika 3:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 kugira ngo ashikamishe imitima yanyu, ayigire iyitagirako umugayo+ mu bweranda imbere y’Imana yacu ikaba na Data mu gihe c’ukuhaba+ kw’Umukama wacu Yezu ari kumwe n’aberanda biwe bose+.
13 kugira ngo ashikamishe imitima yanyu, ayigire iyitagirako umugayo+ mu bweranda imbere y’Imana yacu ikaba na Data mu gihe c’ukuhaba+ kw’Umukama wacu Yezu ari kumwe n’aberanda biwe bose+.