Imigani 11:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Ehe! Umugororotsi, mw’isi azohabwa impembo+. Hari akantu umubisha n’umucumuzi+! Matayo 7:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 “Mwinjirane mw’irembo ryaga+; kubera ko inzira nini kandi yagutse ijana mu mahonero, kandi benshi ni bo binjirana muri yo;
13 “Mwinjirane mw’irembo ryaga+; kubera ko inzira nini kandi yagutse ijana mu mahonero, kandi benshi ni bo binjirana muri yo;