ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezekiyeli 18:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 “‘Umugororotsi rero niyahindukira akava mu bugororotsi bwiwe, agakora koko ibigoramye+, akaguma akora ibihuye n’ibiteye ishishi vyose umubisha yakoze+, kandi akaba ari muzima, mu bikorwa vyiwe vyose vy’ubugororotsi yakoze nta na kimwe kizokwibukwa+. Kubera ubuhemu yagize no kubera igicumuro yacumuye, ni vyo azopfa azize+.

  • Ezekiyeli 33:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Mugabo wewe, niwaburira vy’ukuri umubisha ngo ave mu nzira yiwe kugira ahindukire ayivemwo, ariko ntahindukire vy’ukuri ngo ave mu nzira yiwe, uwo mubisha azopfira mw’ikosa ryiwe+, mugabo wewe ntuzobura kurokora ubuzima bwawe+.

  • 2 Abatesalonika 1:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Kuko ari ibigororotse ku Mana kwishura amakuba abayabateza+,

  • 1 Petero 4:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 “Kandi nimba umugororotsi ariko akizwa bigoranye+, none umuntu atibanga Imana hamwe n’umucumuzi bazoboneka hehe+?”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika