2 Yohani 1 Bibiliya y’isi nshasha 1 Jewe umugabo w’inararibonye+, ndandikiye umukenyezi yatowe+ be n’abana biwe, abo nkunda vy’ukuri+, kandi si jewe jenyene, mugabo n’abamenye ukuri+ bose,
1 Jewe umugabo w’inararibonye+, ndandikiye umukenyezi yatowe+ be n’abana biwe, abo nkunda vy’ukuri+, kandi si jewe jenyene, mugabo n’abamenye ukuri+ bose,