1 Petero 5:1 Bibiliya y’isi nshasha 5 Abagabo b’inararibonye bo muri mwebwe rero ndabahimiriza gutya, kuko na jewe ndi umugabo w’inararibonye+ hamwe na bo nkaba n’icabona+ c’imibabaro ya Kristu, n’uwusangira na bo ubuninahazwa bugiye guhishurwa+: 3 Yohani 1 Bibiliya y’isi nshasha 1 Jewe umugabo w’inararibonye+, ndakwandikiye wewe Gayo umukundwa, uwo nkunda vy’ukuri+.
5 Abagabo b’inararibonye bo muri mwebwe rero ndabahimiriza gutya, kuko na jewe ndi umugabo w’inararibonye+ hamwe na bo nkaba n’icabona+ c’imibabaro ya Kristu, n’uwusangira na bo ubuninahazwa bugiye guhishurwa+: