1 Petero 5:1 Bibiliya y’isi nshasha 5 Abagabo b’inararibonye bo muri mwebwe rero ndabahimiriza gutya, kuko na jewe ndi umugabo w’inararibonye+ hamwe na bo nkaba n’icabona+ c’imibabaro ya Kristu, n’uwusangira na bo ubuninahazwa bugiye guhishurwa+: 2 Yohani 1 Bibiliya y’isi nshasha 1 Jewe umugabo w’inararibonye+, ndandikiye umukenyezi yatowe+ be n’abana biwe, abo nkunda vy’ukuri+, kandi si jewe jenyene, mugabo n’abamenye ukuri+ bose,
5 Abagabo b’inararibonye bo muri mwebwe rero ndabahimiriza gutya, kuko na jewe ndi umugabo w’inararibonye+ hamwe na bo nkaba n’icabona+ c’imibabaro ya Kristu, n’uwusangira na bo ubuninahazwa bugiye guhishurwa+:
1 Jewe umugabo w’inararibonye+, ndandikiye umukenyezi yatowe+ be n’abana biwe, abo nkunda vy’ukuri+, kandi si jewe jenyene, mugabo n’abamenye ukuri+ bose,