Ivyakozwe 7:43 Bibiliya y’isi nshasha 43 Ahubwo ihema rya Moloki+ be n’inyenyeri+ y’imana Refani ni vyo mwatwaye, bikaba ari ibishusho mwakoze ngo mubisenge. Ku bw’ivyo rero nzobambukana+ hirya ya Babiloni.’
43 Ahubwo ihema rya Moloki+ be n’inyenyeri+ y’imana Refani ni vyo mwatwaye, bikaba ari ibishusho mwakoze ngo mubisenge. Ku bw’ivyo rero nzobambukana+ hirya ya Babiloni.’