Abaroma 3:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Biciye ku bikorwa vy’itegeko rero nta muntu n’umwe azokwitwa umugororotsi+ imbere yayo, kuko biciye kw’itegeko+ ari ho ubumenyi butagira amakosa bwerekeye igicumuro buboneka+. 1 Timoteyo 5:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Ukangire+ mu maso ya bose abantu baza baracumura+, kugira ngo abandi na bo batinye+.
20 Biciye ku bikorwa vy’itegeko rero nta muntu n’umwe azokwitwa umugororotsi+ imbere yayo, kuko biciye kw’itegeko+ ari ho ubumenyi butagira amakosa bwerekeye igicumuro buboneka+.