Matayo 3:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Yezu amaze kubatizwa, buno nyene aduga ava mu mazi; maze ijuru riruguruka+, abona impwemu y’Imana imuzako+, imanuka imeze nk’inuma+. Yohani 1:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Na jewe sinari ndamuzi, mugabo Umwe nyene yandungika+ kubatiza mu mazi ni we yambwiye ati: ‘Uwo wese ubona impwemu imanuka kuri we ikamugumako, uwo ni we abatiza mu mpwemu nyeranda+.’
16 Yezu amaze kubatizwa, buno nyene aduga ava mu mazi; maze ijuru riruguruka+, abona impwemu y’Imana imuzako+, imanuka imeze nk’inuma+.
33 Na jewe sinari ndamuzi, mugabo Umwe nyene yandungika+ kubatiza mu mazi ni we yambwiye ati: ‘Uwo wese ubona impwemu imanuka kuri we ikamugumako, uwo ni we abatiza mu mpwemu nyeranda+.’