Matayo 3:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Jeho ndababatirisha amazi+ ku bw’ukwigaya+ kwanyu; mugabo uwuriko araza+ inyuma yanje arakomeye kundusha, kandi inkweto* ziwe ntibimbereye kuzimwambura+. Uyo azobabatirisha impwemu nyeranda+ n’umuriro+. Ivyakozwe 1:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 kubera ko mu vy’ukuri Yohani yabatirisha amazi, mugabo mwebwe mukazobatizwa mu mpwemu nyeranda+ mu misi mikeyi iri imbere.” Ivyakozwe 2:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 bose buzuzwa impwemu nyeranda+, batangura kuvuga mu zindi ndimi+ nk’uko nya mpwemu yabaha kuvuga.
11 Jeho ndababatirisha amazi+ ku bw’ukwigaya+ kwanyu; mugabo uwuriko araza+ inyuma yanje arakomeye kundusha, kandi inkweto* ziwe ntibimbereye kuzimwambura+. Uyo azobabatirisha impwemu nyeranda+ n’umuriro+.
5 kubera ko mu vy’ukuri Yohani yabatirisha amazi, mugabo mwebwe mukazobatizwa mu mpwemu nyeranda+ mu misi mikeyi iri imbere.”